RADIO AGAKIZA
Responsive Content Layout
radio agakiza logo

Bujumbura,

Shishikara kunezezwa n'ibiganiro vya Radio yacu,Radio yanyu,Radio yacu twese


Ikibiriraho

Ibiheruka kwandika

UBUHANUZI

Article Image 1
Imana irihafi yawe
Ncuti bakunzi b’ijambo ry’Imana, namwe banywanyi b’ikiganiro « Ijwi ry’inzamba y’iherezo, ndabaramukije mw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo. Nkundira ndabahe ikaze kubirenge vya Yesu Kristo aho tugiye kwigira hamwe ijambo ry’ubugingo.

UBUTUMWA BWIZA

Article Image 1
Yesu aragukunda
Ubuzima bufise igihe gito kuburyo kitopfishwa ubusa. Dufise imisi mike gusa yigihe cimbabazi dukwiye kwiteguriramwo ubugingo buhoraho.Ntamwanya woguta dufise, ntamwanya wokwumvira umunezero wa kamere,.... Ntamwanya wogukundwakaza icaha.

INTUNGAMAGARA

Article Image 1
Bungabunga amagara yawe
. Kugira ngo tumenye ivyokurya birusha ibindi kuba vyiza, tugomba kwiga umugambi Imana yagiriye umuntu ubwa mbere ku vyerekeranye n’ibizomutunga. Iyaremye umuntu kandi Igasobanukirwa n’ivyifuzo vyiwe, yageneye Adamu ivyokurya vyiwe.

Gahunda yuno musi

1:00 AM
Ramukana amahoro
MANIRAKIZA Dieudonné
58min
2:00 AM
Ramukana amahoro
MANIRAKIZA Dieudonné
58min